Duration 8:29

Ico Musenyeri Mukuru wa Dioseze ya Bubanza asaba abasaseredoti bashasha batiwe mu mabanga.

1 023 watched
0
7
Published 19 Jul 2020

#Burundi: Ico Musenyeri Mukuru wa Dioseze ya Bubanza, Yohani Ntagwarara, asaba abasaseredoti bashasha batiwe mu mabanga ni uko bofata Ijambo ry'Imana bakarigira iryabo maze bakigana Shebuja wabo ariwe Yezu Kristu mu kwiyorosha. Kurikira ngaha impanuro Musenyeri Yohani Ntagwarara yatekereye abasaseredoti bashasha.

Category

Show more

Comments - 0